| A B C D E F G H I J K L M N O P Q R S T U V W X Y Z |
Akanywababo
Espace réservé aux blagues, humour et histoires drôles
ciza.terance
a écrit:
2011-05-04 11:32:18
2011-05-04 11:32:18
jewe notanga nukuvuga yuko uguze amarori nivyiza kubera ubone neza kandi nkomugihe cizuba ubone neza
adelinnigaba
a écrit:
2011-09-13 00:35:30
2011-09-13 00:35:30
Mbega yemwe ko yamudadikiye ubwo yahavuye amenya koko ico gikeneye amarori atari amaso!!!
Husseen
a écrit:
2011-11-22 12:16:34
2011-11-22 12:16:34
ha ha ha ha haaa thnx.
Nzisabira
a écrit:
2012-01-11 10:40:30
2012-01-11 10:40:30
Aho bukera ndabicisha Utunwababu. Nfise injojo n'injojo zabwo!!! Murindire gusa ndonke akanya ndatupange k umurongo.
Mots du jour
| - | Que veut dire "ijisho / amaso"? |
| - | Que veut dire "nyamugigima"? |
| - | Que veut dire "uruhindu"? |
| - | Que veut dire "kuduga"? |
| - | Que veut dire "umuco"? |
Quoi de neuf?
Maintenant vous pouvez ajouter des commentaires sur les utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.
2010-02-22 13:40:10