Kiyago.com
Membres
Traduction
Autre
Contribuer
Akanywababo
Hariho umugore yaje ava ruguru amanutse i bujumbura abona izuba ni ryose abaza mugenzi we ati: "Mbega iri zuba muribamwo gute hamwe nubu bushuhe?" Nyamugenzi we amubarira ati: "Ntubona ko twese tugenda twambaye amarori?"
Haheze iminsi aja mumangazini kugura marori ahura n'umudandaza waho ara mubaza ati: "Mwoba mugurisha amarori?" Ara mubaza nawe ati: "ushaka amarori yizuba?... [ suite ]
Adamu yabonye vyamunaniye kubana n'umugore, aca aja kwitwara abwira Imana ati: "Wa mugore wampa yananiye ntitugishoboye kubana". Imana nayo iramubaza iti: "Vyifashe gute kugira urinde uvuga uko"?
Adamu asubizayo ati: "Asigaye ari intagondwa, ataha ijoro kandi araborerwa cane, nagira ndavuga akantuka bimwe atawobisubiramwo". Ni ho rero Imana yabaz... [ suite ]
Umupatiri yariko aratembera ku kagoroba ari wenyene agenda arasoma ishapure, ahura n'ingwe ica iravuba ngo imusimbireko imurye. Patiri aca arayikankamira ati: "Nta soni ugomba kundya ndi patiri? Ubona ari nde yosomera imisa abakristu"?
Ya ngwe ica isubizayo iti: "Aho ntushavujwe n'uko nagira ndakurye ntarasenga? Rindira nsenge nce ndakurya kandi ninamara gusenga uce umpezagira han... [ suite ]
Mots du jour
Quoi de neuf?
Maintenant vous pouvez ajouter des commentaires sur les utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.