Kiyago.com
Abanywanyi
Insiguro
Ibindi
Terera
Ibisokozo
Hano dufise impindu twese.
=> Imirizo y'imbeba.
Nyoko yambara ibiheko vyinshi nkeka aroga.
=> Umutobotobo.
Ndarwaje.
=> Inzara mu bana.
Ijambo ry'uno musi
Ibishasha!
Ubu mushobora kugira ico mwongeyeko k' utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.