Kiyago.com
Abanywanyi
Insiguro
Ibindi
Terera
Insiguro y'ururimi rw'ikirundi: Ikirundi - Igifaransa
Nguru urutonde rw ' amajambo 5 yanyuma yongeweko vuba.
inyandiko: écriture
kumenya kwandika no gusoma: savoir lire et écrire
dérivés:
- gukundana: s'aimer
- kwikunda: s'aimer
- gukundwa : être aimé
- gukundisha: faire aimé
- gukundishwa: faire faire aimé
- kwikundisha: se faire aimé
gucura intimba: exprimer son chagrin
ivyino z'intimba: style de chansons burundaises dont les mots expriment un sentiment de chagrin .
Izina rivuye mu rivuga gukiza. Iri zina rikoreshwa kenshi n'abemera Yesu nk'Umukiza wabo.
Ex. Jésus est mon Sauveur=Yesu ni umukiza wanje.
Ijambo ry'uno musi
Ibishasha!
Ubu mushobora kugira ico mwongeyeko k' utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.